Inteko mvamakungu mu Burundi : abarundi bagona iki ?




Par: Isanganiro , lundi 21 décembre 2015  à 16 : 41 : 44
a

Bamwe mu banyagihugubo mu gisagara ca Bujumbura ntibabona kumwe umuzo w’abasirikare mpuzamakungu boza mu Burundi gutsimbataza amahoro. Bamwe bavuga ko izo nzego nyabuna zonyaruka kuko amazi asa n’ayarenze inkombe, abandi nabo bagashikiriza ko zidakenewe. Abo banyuma bagasigura ko aho izo nzego zagiye guhagarikira amahoro ataco zigeze zishikako. Amajwi y’abobanya Bujumbura tuyakesha umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Evariste NZIKOBANYANKA.




Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

309 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message