Le parlement discute du génocide et la venue des troupes de l’UA




Par: Isanganiro , lundi 21 décembre 2015  à 21 : 53 : 30
a

Un débat parlementaire s’est tenu ce lundi, 21 décembre 2015 à l’hémicycle de Kigobe pour débattre sur les allégations de génocide au Burundi et l’envoi des des troupes étrangères au Burundi pour le maintien de la paix et l’orientation du déroulement du dialogue que le gouvernement a accepté.

Ecoutez le débat en Kirundi/Umviriza ico kiganiro mu kirundi

http://www.filefactory.com/stream/5668xrblia1p/DEBAT_PARLEMENT.mp3




Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

2001 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Rose Hakizimana   ce  lundi 4 janvier 2016   à 21 : 08 : 46

Ingorano y Uburundi n Ukutahana mu gihe hose hazoja ku Butegetsi Abantu bakoze amaraso hazokwama haba ingorane
Muribuka ko Abantu isinzi nka Bugendane Buta Teza Nyamutenderi Mugongomanga na Butezi aho hose hishwe abantu
batagira igitigiri kandi bishwe nabo bari ku Butegetsi
Arusha yari itegekanya Tribunal Penal International yari guhana abo nyene bari ku Butegetsi ico gihe mbere n Ubutungane bw Uburundi bwaraciriye Petero Nkurunziza Urubanza rwo gupfa ,Ariko barabirenzeko bamwegurira Ubutegetsi
Nico gituma akagwi kiwe kasigaye kamugereranya n Imana
Ico n IGITUTSI KU MANA NO KU BURUNDI



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message