Agateka kawe, 28 Myandagaro 2016


Abakora urudandaza bagendagenda mu mabarabara ari mu bisagara bimwe bimwe vy’Uburundi barafashwe n’igipolisi bagirizwa ko urwo rudandaza rudaciye mu mategeko. Ariko amategeko aravyemeza. Ikibuze gusa ngo haracari ingingo zimwe zimwe zo mu bushikiranganji bw’ubudandaji zari zikwiye, zitarajaho. Vyinshi mu bivuga ni mu kiganiro Agateka kawe co kuwa 28 Myandagaro 2016



Par: Isanganiro , lundi 29 août 2016  à 12 : 33 : 56