Agateka kawe, 4 Nyakanga 2016


Abakozi bose botegerejwe gutegekanirizwa kazoza n’ababakoresha babo mu mashirahamwe abijejwe nka INSS, ONPR n’izindi. Biramaze gukaragara ko nk’abakorera mu gisata c’abigenga ngo bikunze kugaragara ko ivyo vyo gutegekaniriza kazoza abakozi birakunze kudakorwa hamwe hamwe. Ni mu kiganiro Agateka kawe co ku wa 4 Nyakanga 2016.



Par: Isanganiro , lundi 5 septembre 2016  à 07 : 30 : 29