Karadiridimba, 9 Gitugutu 2016


Leta y’uburundi iherutse kurungika mu nama nshingamateka integuro y’itegeko isaba ko Uburundi bwova muri Sentare muzamakungu mpana vyaha CPI. Mbega abarundi bari mu makungu babivugako iki ? Kurikirana ikiganiro Karadiridimba co ku wa 9 Gitugutu 2016. Umutumire ni uwusanzwe akurikiranira hafi ibibazo ivya politique Pierre Claver Nsengiyumva akaganira na Médard Niyonkuru



Par: Isanganiro , mercredi 12 octobre 2016  à 10 : 09 : 33