Ikigo kijejwe Imitahi mu Burundi API giherutse gutunganya ihayanishagurisha ry’ibidandazwa ndundi kandi abahawe akaryo bakaba baronswa aho bakorera ku buntu. Mbega bavyakiye gute ? Kuja muri iryo hayanishwa bifise akamaro akahe ? Kurikirana ikiganiro Tunga utunganirwe Burundi co ku wa 6 Gitugutu 2016
95 ont visité l'article
Votre réaction sur l'article/émission/brève..