Par Intamba ce jeudi 7 juin 2012 à 21 : 33 : 07
Uburundi turahomba ibintu vyinshi kubera impari zitagira mvura.Erega si ico gusa ; mwari muzi ko muri EAC muri le staff yayo tudafisemwo na 10% kandi contribution dutanga ingana ku bihugu vyose (1000.0000USD) ?Intererano dutanga iribwa n’abandi.Hari ubuzi bwinshi dushobora kuronka muri ONU na UA Uburundi bubishizemwo ishaka.Dufise abasirikare muri Somalie ariko ico binjiza ntiturakimenya, mu Rwanda Kagame twumvise yishongora ko 40% du budget national iva mu ngabo, kuko bivurwa ko ikintu cose umusirikare aba yajanye muri iryi mission gifise amahera ONU igitangako chaque mois, none iwacu gute ?Tureke impari zitagira mvura turabe inyungu z’igihugu niho twotera imbere.
Par nukurimbere ce jeudi 7 juin 2012 à 21 : 55 : 47
None uwo mushingantahe Pacifique Nininahazwe, yamana mu kanywa ngo u Burundi buteye isoni a tout moment, erega ijambo ryama mu kanywa rigacika inkonda, mbega wewe ngaho mbona agira aturike nukuvyibuha amabinga yabaye nkayabahutu, harakantu niyashikira ico agomba akaronka igiti, jewe Pacifique, ndamubona nka Joseph Nzeyimana, niyagishikira ntazogenda atavuze ngo ....ICO UMWANA W UMWAMI ARIRIYE ARAKIRONKA, sindababesha muzoraba, Imana iduhaye kuramba.
Par gahuza.com ce vendredi 8 juin 2012 à 03 : 27 : 14
Bonjour M. Marc Niyonkuru,
Avec mes respects que j’ai envers nos confrères des medias burundais, je voudrais quand même dire quelque chose sur cette cacophonie autour du retrait du Burundi, dans la compétition pour la présidence d’EALA. Les Etat-membres suivent le principe de rotation selon la date d’adhésion, le Burundi étant le dernier à adhérer à la communauté, il ne pouvait pas accéder à la présidence de l’EALA avant l’Ouganda ou le Rwanda.
Sur quelle base le Burundi devait accéder à la présidence avant l’Ouganda et le Rwanda ? Le Rwanda n a pas présenté de candidat pour le poste ; a-t-il manqué de leadership ? Y a –t-il eu de division au sein du FPR ?
Je ne suis pas pour ceux qui soutiennent le pouvoir en place, mais pour ce cas ci, je dois dire qu’il n y avait rien que le Burundi aurait fait pour accéder à la présidence de l EALA avant l’Ouganda. D’ ailleurs, il faut attendre jusqu’ en 2022 pour que le Burundi accède ait cette présidence.
Gahuza News a ecrit un article sur cela, j aimerais le partager si ça ne vous derange pas M. Niyonkuru :
http://www.gahuza.com/home/104-a-la...
Merci
eGahuza
Par Hicuburundi Alidi ce vendredi 8 juin 2012 à 11 : 17 : 51
NARABABWIYE KO CNDD FDD BATAZI IVYO BAKORA BOBO BAROTA KWIBA KWICHA NUGUSAHURA NAHO IBIFITIYE AKAMARO ABARUNDI BOBO NTACO BIBABWIYE,EHEEE INGENE ARABAKUNZI BINDA BANANIWE NUGUSANGIRA NABANDI BAKAREKERA ABAGANDA NUKURI CNDD FDD IGIHUGU NABANYAGIHUGU MURATUBABAJE.NIMUGENDE IVYANYU TWABIBONYE.
Par ce vendredi 8 juin 2012 à 17 : 21 : 05
Biteye isoni kumva ivyo les dd mwakoze nukuri murashonje mumitwe kandi ntanigihugu mukunda mukunda imizeze yanyu !!!!! Mbe mwarabuze umurundi yofata icokibanza mutaravye ubwoko canke umugambwe ? Jewe nibaza yuko dutwarwa nabantu batagira nubwo kurahura muzi kurungikika abantu nkaba Jean Claude kuduserukira ce monsieur qui ne fait que courir derrières les belles filles et aller dans les boîtes de nuit à Arusha. Vive igihugu c’amata nubuki hamwe n’abamenabanga.
Par Twabahagurukiye ce samedi 9 juin 2012 à 01 : 38 : 12
Avant que le cndd fdd disparaisse au pouvoir par la volonté du peuple, notre pays perdra toujours beaucoup d’autres opportunités que celle qu’il vient de perdre : IYO N’IMWE MU NGARUKA MBI ZO GUSHIRAHO ABARONGOZI BAKURIKIJE IGIKENYE C’UMUGAMBWE BADAFISE QUALIFICATION BAGAKUMIRA INCABWENGE. QUEL GENRE D’IGNORANCE CE PARTI A-T-IL !! Kubera ko utari muri cndd fdd utaronka akazi, nico gituma uca usanga uwize ivyo kwubaka amazu ari umuganga mugihe aba médecins ari isinzi mu Burundi ! Le fait donc de rater cette opportunité est dû à l’imprudence de ce parti que je peux nommer en anglais UNDERMIND.
Par Weah Mzalendo ce dimanche 10 juin 2012 à 07 : 38 : 34
Twibaza d’abord ko Pacifique atariko ararondera ivyicaro nk’uko umwe mubanditse ariko arabisigura kuko vyoba biciye kubiri n’akazi akora. Nibaza ko twokwandika turavye ico umuntu yavuze tukareka kuraba cane cane uwakivuze.
Aha EALA mubarongoye umugambwe uri kubutegetsi bashaka uwubavuyemwo kandi nabo atari benshi babishoboye canke bohiganwa n’ibindi bihugu. Ariko igihugu kirafise incabwenge nyinshi zotwara na ONU ndetse iyi sous-region. Ikibazo gihagaze kukugabanganya ivyicaro bataravye ubushobozi,ubwira mbere n’ubukerebutsi hamwe n’umutima wo gukunda canke guha agaciro igihugu. Igihe cose ikarata izoja imbere nta terembere dufise i Burundi.
Aha twatse indaro ngira murazi ko ivyicaro vya politike bizwi kubera igihugu gitezwa imbere n’aba techniciens. Iyo witiranije les techniciens n’abanye politike wunva ico gihugu coshika he ? na directeur wa ecole primaire atora i karita.
Iyo condidature ya EALA ni ikimenyetso simusiga cerekana ingene intwaro yiyunganije. Ubu biragaragara ko le pouvoir ya Bujumbura vyayinaniye kuko impande y’inyuruza,ubwicanyi,gukumira iyindi migambwe canke kuyisambura, gukora propagandes iminsi yose, ubu hongeyeko ko badashaboye no kuja ku mwanya wo hejuru mw’ishirahamwe biyemeje kujamwo birekana ko ataco bamaze atari ico bica gusa.
Abarundi bari bakwiye kubifatirako kuko nihagera amatora (mugihe batotanga imihoho bihereye k’Umukuru w’Igihugu)ntibajane ka karimi ko kubikorwa rusangi.
Par inka ce lundi 11 juin 2012 à 13 : 21 : 45
NIMUBITAHURE KUKO IVYO BAZI NI UGUTOBA RERO KUDATWARA EALA BANSE KO BOTOBA HANYUMA BAGAHAVA BABASHIRA IMBERE Y,INTAHE VAUT MIEU Y,UGUTOBA MUGIHUGU ATACAMIRA AHUGUTOBA MURI EALA BOBA BABAHANZE IJISHO
|