Par ce lundi 25 juin 2012 à 19 : 18 : 28
Ewe mupfasoni uwuvugishije ukuri mugihugu cacu arakuzira ,ariko ntucike intege
Par Weah Mzalendo ce lundi 25 juin 2012 à 19 : 18 : 48
None mwunva i Burundi ukuri kuri he ? Uyo mupfasoni ivyo yavuze ntibiriho sivyo twirirwa turabona mbere n’amakungu aguma afasha. Jewe mbona avuga ukuri kw’intwaro ahubwo niba irondera abavuga nk’ivyo uyu mupfasoni avugira abakenyezi yavuze, twese turi inyuma kuko iki nico kitwishe kandi kibijije iterambere i Burundi, nta musuma ateza imbere igihugu, kandi turabona ko ari gushira ingufuri ku munwa ariko n’amakungu azosemerera kandi turiko turabona ko bigenda vyunyuka aho ata mutegetsi wo hejuru n’umwe naho na Rukara atavurwako iryo shano ryo kwiba canke kwica abarundi.
Uyo mupfasoni nakomere asemerere, atake abarundi, abapfasoni n’amakungu kugira badufashe bagondoze izo.... ziboheye abarundi amaboko i mugongo.
Par kaguta ce lundi 25 juin 2012 à 21 : 22 : 58
None Uburundi butwarwa n’abantu bangahe ?Aho abantu bose babonye ko kurondera kuba umwasi wa Leta arico kizana umukate ?Umutekano si uwo gupfinisha, uwari wese arashobora kwikekwa.None rero ngo arindiriye ko umukuru w’igihugu amwishura kw’ikete yamwandikiye ?Karashiz’ingani umukuru w’igihugu ahabwe demande d’explication comme un employé n’umuntu wese ?Uwo mupfasoni nareke kwiteza akaruru ka Inarunyonga niba ashaka urwitwazo rwo kurondera visa ya Bulaya na Amerika navuge tumusengere ayironke mu nzira nziza atarinze kwambika iceyi igihugu.Ewe Nkurunziza tu as voulu être bon, mais malheureusement on te prend pour bonbon.
Par Hicuburundi Alidi ce mardi 26 juin 2012 à 12 : 22 : 42
Weshaaa kaguta nukuri utari gahini,wewe utwoduhera baguha umenyeko tuzogushikana habi.uti shobuja afatwa nkibombo nukuri arutwa nimbombo yoyo imbombo iraryoshe nawe nka se barundi ivyakora birarura.ahubwo ni kirurugunja.utazi kirurugunja numuti urura caneee.wewe nukubera atakuri canke atakuri murota nicogituma utokunva ivyo uyo mupfasoni avuga ariko muzomenye ko hazogera mubise abandi ahomuri harabandi.ikimbambaje nuko muzobura nahomuhungira nibibi mukorera twebwe abanyagihugu.nimwikebuke.
Par kimeneke ce mardi 26 juin 2012 à 13 : 40 : 32
Baratanguye kandi mukabona droit de la femme bayishize mungiro abagabo mwitegure guheka abana. Tuzobona vyinshi kuri iyisi
Par Ntavumbinera ce mardi 26 juin 2012 à 14 : 23 : 03
Ewe Kaguta wari ugerageje kwitonesha !!! Nibaguhe iyo mifa n’ imvuzo nivyo mukwiranye. Iyo mba wewe sinkakube nari gusengera Nkurunziza ngo areke kubona ko uwumukebuye wese ari umwansi wiwe. Thomas Sankara yarayamaze ati : "Un militaire sans formation politique est un criminel en puissance". Il ne croyait pas si bien dire. C’ est le cas de Nkurunziza et se vieux croulants biyita abagenerali nabo tubazi iyo baciye kugira bahumanye uwo mwambaro n’ amapete y’ ababimyokeye des années et des années physiquement et intellectuellement none ubu benshi babishije ces va-nu-pieds ngo bakinde birorera. Nawe ga Dada Mireille, ntudohokerwe, komera ku rugamba wishinze kandi umenye ko utari wenyene. Ariko noguhanura ko next time wokwandikira la 1ère Dame Nkurunziza. Harinaho yokwibuka yuko igise kibabaza kandi ko na we nyene ashobora gupfakara canke akangara nka muka Gisunzu. Ngo "uwurya amakoma ntiyumva agakoma". Nkurunziza azokwikangura ari i Gakumbu ko numva asigaye akunda lift. It’ s a matter of time. Nobody is invulnerable. Just wait and see !
Par Gisiga ce mercredi 27 juin 2012 à 00 : 29 : 54
Ntavumbinera uragaba twogufata wobona ayo rufuku yaboneye mumutego il faut du respect à nos généraux none kobemeye ayo mapete reka tubatware kandi gushika Yesu agarutse kandi tuzobatwara neza mutekereje.
Par Stan Siyomana ce mercredi 27 juin 2012 à 02 : 30 : 20
@Par Ntavumbinera ce mardi 26 juin 2012 a 14:23:03 :
"C’est le cas de Nkurunziza et ses vieux croulants biyita abagenerali nabo tubazi iyo baciye kugira bahumanye uwo mwambaro n’amapete y’ababimyokeye des annees et des annees physiquement et intellectuellement none ubu benshi babishije ces va-nu-pieds ngo bakinde birorera." :
1. De longues annees de guerre et de negociations ont abouti aux Accords d’Arusha de l’an 2000, qui a leur tour ont mene a l’integration des anciens rebelles dans l’armee burundaise (avec tous les risques/consequences que cela puisse porter).
2. La victoire electorale du Frodebu en 1993 a ete qualifiee de "Revolution des Va-Nu-Pieds" par une jeune dame, ministre sous le parti unique. (Voir l’origine du terme : revolte populaire contre l’empilement des nouvelles taxes en juillet 1639 en Normandie, nord-ouest de la France ?).
3. Un va-nu-pieds est une personne qui vit dans la misere.
Vous et Madame Ministre semblez ignorer que des millions de twa, hutu et tutsi tombent dans cette categorie puisque le Burundi se classe 185 ieme sur 187 pays selon l’Indice de Developpement Humain pour 2011 (seulement 3% de la population ont access a l’electricite, demographie galopante qui fait que le futur est incertain,...).
4. Dans les annees 1960, a mon Ecole Primaire de Musenyi (Tangara, Ngozi) meme les enfants des enseignants (seule classe moyenne de l’epoque ?) venaient a l’ecole pieds-nus. Je n’en reviens pas quand j’apprends que des anciens de cette ecole sont devenus ambassadeurs, ministres,...(sans etre passes par le maquis !).
5. En conclusion, je suis pour une "Affirmative Action" (= redresser les injustices economiques, politiques et sociales du passe), mais je suis contre la solidarite negative (mauvaise gouvernance, insecurite,...). Merci.
Par ce mercredi 27 juin 2012 à 09 : 05 : 20
Namye ndabivuga na kare !!!!
Correspondance ya President isgaye yishurwa n’imborerwa na ho nyene ku matelefone bahamagarira mu bubare ?
Ntibitangaje atwarira ku majwi yivye !!! Akwiye gupfukama agasaba imbabazi abarundi ariko arakwegera mu manga. Mireille n’amakungu azogushigikira ! Uretseko abapfasoni mufise n’ibindi bintu speciales umugabo yabasaba na nje nemeza ko iyo mutatuvyara ..........!!! Ubwo rero Leta niborohereze muze muratanga umubiri mugononokewe !!!
Iryo terabwoba ryabo na ryo nuririnde ko wabisohoye nka kurya nyene urinda inda ukavyara umwana abona !
Ni ibara ku mugabo yiyita Pasitori, kutumva umworo aganya !!!!
Par Joseph Martin ce samedi 30 juin 2012 à 23 : 26 : 19
Ndasavye ko iyi forum yisanganiro yo sensura umuntu yiyita Kaguta kuko kuva nsoma ivyo yandika ntanarimwe yandika ivyubaka ntaciyumviro nakimwe kijanye azana muri forum. Je veux bien quand on fait une critque il faut qu’il ait une reaction mais il faut qu’en collision des idees jaisse la lumiere , none ivyo uwo muntu avuga ntivyubaka
Par Alidi Hicuburundi ce jeudi 12 juillet 2012 à 11 : 51 : 38
Eweeee gisiga namwe murakunda gupfata nukwicha niyo ngendo yanyu.mwe ukuri ntimukunva nagato,mwee uvugishije ukuri aba atutse abakuru,iyo reta yanyu yokwicha nogupfunga nimenye ko twe bwe abanyagihugu turekuriwe kuvuga ivyiyunviro vyokubaka igihugu chamavukiro.kandi reta ihari kubera abanyagihugu naho iyo ya cndd fdd itunva nimenye naho ivyokutwicha twe abanyagihugu kubera tuvugisha ukuri,baricha baranapfunga ariko umunsi numwe imbere ya data watwese,nakare niwe yishura.naho ivyisi nubusa.aba cndd fdd bakaba basenga basenga iyo mana imwe tuzi nibaza yuko bokwibuka yuko gupfa kuriho,umwe wese apfise umunsi imana yamuteguriye.
|