Isanganiro sur
 
56 en ligne actuellement
 
    Javascript DHTML Drop Down Menu Powered by dhtml-menu-builder.com
Javascript DHTML Drop Down Menu Powered by dhtml-menu-builder.com
Javascript DHTML Drop Down Menu Powered by dhtml-menu-builder.com
 
Accueil Nos journaux En Kirundi Amakuru ashikirizwa n’urunani rw’amaradiyo ku vyerekeye urubanza rwa Hassan Ruvakuki, (...)
 
emi

Amakuru ashikirizwa n’urunani rw’amaradiyo ku vyerekeye urubanza rwa Hassan Ruvakuki, 29/06/2012

Par : , vendredi 29 juin 2012  à 18 : 44 : 18
a

1078 ont visité l'article

Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Kabanyiginya delira   ce  samedi 30 juin 2012   à 04 : 23 : 48

Yemwemwama radio mwe mugize urunani rwamaradiyo atanu,kwisi yosenzima sinaribwigere mbona canke numva abamenyeshamakuru bashoza intambara muguhangana na reta ndavyumvise kurimwebwe ngaho i Burundi !
Jewe nguma mvugakwakundi,igihugucose kivuye muntambara habanza kuguma humvikanamwo’ibirwanisho bihitana abantu bazira utwabo keshi usanga ababikoresha bafise ingorane mumitwe nzatewe nizontambara zibazarahitiye, namwerero kubera mwishakira ko habaho ibiroberi muzoza muragenda kuvugisha nkuko mwavyivugiye,mugira muracumva uwigiriye akagwikibisuma mukaca musimbira kurayo ma radio yanyu ngo abarwanya reta ya Nkurunziza bateye mukabamwatanguye ngo nyabuna shirimbere ibiganiro ! ngo nokuri Buyoya nikovyatanguye !

Par Kinyange   ce  samedi 30 juin 2012   à 14 : 57 : 29

Mugihugu c’uburundi,imenyeshamakuru canke iyindi migwi ibona ko ari Ikimanantegerwa.Mbega biraciye ingani umukozi w’ikintu kananaka akoze ikibi ntagihanirwe ?Mbega ko mukoze ikosa hanyuma mukakurikiranwa ko muca musimbira kw’isimbo y’inuma ?Mbega mwibagiye ko amategeko afata bose atanumwe akumiriye ?Ikosa ringana kubantu bose kiretse abafise humite(Ubutahangarwa).Mbega ko i Buraya ;USA nahandi ko abamenyeshamakuru batavuga ayo biyumviriye nkamwebwe ?Nuko boba ari ibijuju ?Muraraba neza ko mwoba mukora ivyo mwize atari uguhendererako !Mbega abize journalisme mu Bdi nibangahe boba abazi umwuga wabo kweli ?
Ndabasavye ko mwokisunga "deontologie professionelle" canke abamenyeshamakuru bamwebamwe bakaja mw’ihugurwa.

Par marie laure   ce  dimanche 1er juillet 2012   à 08 : 19 : 05

Kubona hakiri abarundi nkabo bahejeje kuyaga aho haruguru,novyita umwunamo, akamuna, ibiterasoni. Izo ni za mvugo z’abahuruduka, batabanje kwiyumvira ico bashikirije n’inkwirikizi y’avyo ku gihugu, gusa kuko baba bumva ko ukuri kwavuzwe kwabatonetse ahababaza.
Abantu rero nka ba Nzobonariba, Ntanyungu, L. Hatungimana, O. Nduwimana,P.Nyabenda, E. Nduwimana, J. Minani, na ya mbonerakure Ezechiel, n’abandi nkabo, turabamenyereye. Ico bagamije kiragaragara, kuko tugisanga neza na neza mu mvugo zabo ziteyisoni igihugu n’amakungu.
Mu makungu, birazwi ko uburundi ari igihugu kitagira Leadership, kitagira abayobozi bazi ikibereye n’ikitabereye, atari ukwiba,ukwica,...bibaza ngo kurungika inteko muri somalia n’ahandi ngo nivyo bituma amakungu abona ko uburundi bwogoroye.Eka daaa, amakungu arazi ico Nkurunziza ashaka : ico naco ni kugerageza guhuma amaso amakungu, ngo ntagumizijisho ku mabi y’akamuna akorwa n’intwaro ikandamiza ubutungane ataco ishoboye na kimwe, atari ubusuma, ubwicanyi, akajagari,ikinyoma, n’ayandi mabi.Hassan Ruvakuki aciriwe urwa pirato ataco azira, Peter Nkurunziza nawe agaca yeezwa n’ubutungane ko ngo ata bantu mines yateze zahitanye ! Hahahahahaaaa, CNDega-FDegaaa ! C’est épouvantable.Uburundi bwaramaze kugwa mw’isanganya avec Des gens comme ca au pouvoir et c’est triste, n’umuvumo.

Par marie laure   ce  dimanche 1er juillet 2012   à 08 : 22 : 19

Par Claude   ce  mardi 10 juillet 2012   à 11 : 11 : 59

Mbe uwo Kinyange ubwo buraya na USA avuga ni vyahe ?Uwo ndibaza ntararenga nurubibe bw’uburundi kuko ivyavuze vyerekana ko ari umu paysan pire ari nk’i MAKAMBA.

modération à priori

Ce forum est modéré à priori : votre contribution n'apparaîtra qu'après avoir été validée par un administrateur du site.

Un message, un commentaire ?
  • (Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.)

Qui êtes-vous ? (optionnel)

Amakuru yo ku wa 24 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 23 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 22 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 21 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 20 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 19 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 18 rusama 2013
Amakuru yo ku wa rusama 2013
Amakuru yo ku wa 16 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 15 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 14 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 13 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 12 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 11 rusama 2013
Amakuru yo ku wa 10 rusama 2013

Amakuru yo ku wa 24 rusama 2013 (popularité : 100 %)

Amakuru yo ku wa 23 rusama 2013 (popularité : 54 %)

Amakuru yo ku wa 22 rusama 2013 (popularité : 52 %)

Amakuru yo ku wa 21 rusama 2013 (popularité : 21 %)

Amakuru yo ku wa 20 rusama 2013 (popularité : 8 %)

Amakuru yo ku wa 19 rusama 2013 (popularité : 6 %)

Amakuru yo ku wa 18 rusama 2013 (popularité : 3 %)

Amakuru yo ku wa 08 ruhuhuma 2013 (popularité : 2 %)

Amakuru ashikirizwa n’urunani rw’amaradiyo ku vyerekeye umusi mpuzamakungu wahariwe uburenganzira bwo gushikiriza no gushikirizwa amakuru, 03 rusama 2012 (popularité : 2 %)

Amakuru yashikirijwe n’urunani rw’amaradiyo ku musi wahariwe ubwigenge bw’ukumenyesha amakuru, 03/05/2013 (popularité : 2 %)

AFRICADEN - France Coopération - OXFAM NOVIB - Royaume de Belgique - Union Européenne - Ambassade d'AllemagneBENEVOLENCIJA-
Care International - BNUB -TradeMark East Africa

© 2003 - Tous droits réservés - la radio Isanganiro / un projet de l'Association IJAMBO

Designed by Bernard BANKUKIRA, R. Isanganiro
Contacts: (00257) 79 424 838/ 76 490 153 Email: bernard.bankukiraatgmail.com