Amakuru ashikirizwa n’urunani rw’amaradiyo ku vyerekeye inyifato y’igipolisi, 14/03/2014




Par: Isanganiro , vendredi 14 mars 2014  à 14 : 27 : 47
a



Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

3533 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par kabanyiginyadelira@yahoo.com   ce  samedi 15 mars 2014   à 02 : 13 : 31

Bamenyeshamakuru bi Burundi ntawobabuza kuvuga kuko micro nimwemuyifise,kandi ntawobabuza kuvuga ivyomwiboneye, ariko jewendabumvirije mengo gukebura reta nivyo biborohera gusa, ariko uwowundimuntu akoze ibitaroranye mumusiga amavuta,iyorero umumenyeshamakuru ananiwe guhanura impandezose kandi izompandezose zifise ivyozakoze bitarivyiza ivyotuvyita gukokeza, Ndabarahiye ahontanakimwe mufashije abarundi kuko harihigihe mwozosanga mwakuyeho nakariho, mutigute ? Buryamuvyukuri konumvise asanakajambo kagakebuzo nigezenumva mubwira aba MSD buryakoko ntakosha bakoze ? Kuba EFB buryamubona biryabintuvyabo barimwo vyaribiri kumurongomuvyukuri ? Rekamvuge akantukamwe muritwishi aba MSD biryabibando namabuye baribafise yaramahoro ? kuba EFB bavugako bariko barigina umusi wahariwe abakenyezi kw’Isi, birya ndabarahiye nububeshi turabarundi turazinanye mutituzinanyegute ? mwonyemezako ukusi mukuru wabakenyezikw’Isi abakezi barindakwambara umwambaro yimigambwe ? canke birindagusabwa ko barindakuja mungoro zimigambwe. Ndangije mvuganti abamenyeshamakuru ndikondabona mwakenyereye iyo reta yanyu (yacu) Nisunze ukuntumwipanze gukomesha reta kugezanaho uwushatse kuvugako MSD yakozenabi gufata aba police bigihugu umwanya munini mwavyiyumviye ukuntu mwaciye mumucirako ijambo adahejeje.Nishimiye kurangiza ndababwirako ukwokwibazako buriko murakomesha reta nimwabibandanya harahobizoshika mukazosanga arimwebwe mwikomesheje ubwanyu ! Eeeeeeeeee mbegabamenyeshamakuru !!!



Par kabanyiginyadelira@yahoo.com   ce  samedi 15 mars 2014   à 03 : 46 : 37

Abahora bumva ivyobita GUTEKENIKA nibivyakozwe nababamenyesha makuru bi Burundi, kwipanga tosora amakuru baronderamwo akantu gasunukira kuri reta gusagusa ! ndabibonye mu Burundi ntakindigihugu ndabibonamwo ! womengo nimwene babamenyeshamakuru bagenda bagashinga ama radio mubindibihugu maze bagahera mugitondo bakageza mwijoro atakantu nakamwe kogushima ibikorerwa mugihugu cabo camavukiro !? Abamenyeshamakuru barimugihugu bakabura akantunakamwe bovuga kuri reta irongoye igihugu cabo keza !? Democratie we !!!!!!!!!!



Par   ce  samedi 15 mars 2014   à 21 : 53 : 14

IL FAUT BIEN REGARDER. IL NE FAUT PAS PARLER TOUS CE QUE VOUS VOULEZ BIEN SURE PARCE QUE VOUS ETES DES OPOSANTS



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message