Un haut cadre du BNUB chassé du Burundi




Par: Désiré Nimubona , jeudi 17 avril 2014  à 13 : 41 : 33
a

Selon un twiit de la Présidence de la République de ce jeudi à 12 :21, le Conseiller en matière de Sécurité du Bureau des Nations Unies « Paul Debbie est déclaré persona non grata » au Burundi et a au plus 48 heures pour quitter le Burundi, à compter de ce 17 avril 2014, selon toujours le même twitt retransmis dans son intégralité par un des conseillers de la présidence de la République.

La communication de la Présidence ne donne pas cependant les causes de cette déclaration sur son compte twitter de la Présidence la République.

Hier, mercredi, lors des questions orales adressées à deux Ministres du Gouvernement Nkurunziza, certains des députés dont Festus Ntanyungu avaient demandé au Gouvernement de réagir contre les allégations de distribution des armes par certains cadres de l’Etat aux jeunes Imbonerakure.

Festus Ntanyungu disait que s’il s’avérait nécessaire, il faudra même les « chasser » du pays parce que ces allégations touchaient le haut cercle de commandement de l’armée des hauts gradés de l’armée c’est-à-dire les généraux cités dans une correspondance confidentielle adressée à l’ONU par le BNUB le 3 avril 2014.




Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

1065 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par NIKOBARI   ce  jeudi 17 avril 2014   à 15 : 27 : 04

une decision prise a la hate n’aboutit a rien. chasser ce monsieur ne donne pas de solutions aux allegations deja exprimees. "kuba bamwirukanye, mbega umuti uciye uboneka ku ngorane z’ibigwanisho vyoba vyaratanzwe ???? Abategetsi nibabe bafata umwanya wo kwiyumvira ku ngingo baba bashaka gufata. kubwanje kumwirukana bisigura ko Leta ifise ubwoba nuko ivyoyahishije bizoyitekurukana canke yahiye coba....!



Par Jérôme   ce  jeudi 17 avril 2014   à 15 : 34 : 05

Mu kirundi bavuga ngo , uwo aragiye ariko azosubirizwa n’uwundi qui fera nécessairement la même chose si les informations dévoilées sont vraies.



Par Kaburundi   ce  jeudi 17 avril 2014   à 16 : 39 : 10

Le pouvoir vient de montrer qu’il est à l’agonie. Aboguhembuye nabo wita ababeshi kandi mugehe mutanga inkoho ntimwarikumwe. Pfaneza kura ubujuju muratumaramaje ubu sinzosubira kuvuga nuko mva mu Burundi nzokwiyita umu Sénégalais à cause de vos bétises. Aho kubaka igihugu murasambura kuko muri imihimbiri nabambuzi. None Onu yorekakuvuga ivyomukora gute. Kwibindi bihugu bivugwa neza ?????



Par Paul H   ce  jeudi 17 avril 2014   à 16 : 39 : 25

Uta inkoko ntuta ico ibitse ! Ivyo birwanisho si BNUB ibivuze ubwambere, kandi turabibona mu misozi mu ma patrouilles akorwa n’Imbonerakure ! Baranavyirukana muri ya ma sports bakora NDUWIMANA yaraye aduhenze ngo bagiye guhagarika ! Aho kwirukana umuntu umwe ahubwo nimuvugeko Uburundi buvuye muri Nations Unis, hanyuma ONU ihombe ! Ivyo vyose atari iceyi vyambika igihugu nta ngaruka nziza bizozaniraUburundi n’Abarundi ! Kuzivya ONU ngo ntigire ico ikunegura kandi mwirirwa mukora amarorerwa izuba ryaka, vous confirmez au monde entier que les cas de violations des droits humains et d’autres de criminalités mwagirizwa atakubesha kurimwo ! CHANGEZ DE STRATEGIE, IYO NZIRA NTISHIKA !



Par Jean-Paul   ce  jeudi 17 avril 2014   à 16 : 52 : 37

Est-ce que toutes les armes et lance-roquettes du CNDD-FDD ont été rendues lors du désarmement des rebelles ou vendues au Congo ? Et leurs deux petits bâteaux ?
Pourquoi les CNDD-FDD s´appellent "Abagumyabanga" ?

Utwo twar´utubazo. C´était de petites questions.



Par BUKURU ASMANI   ce  jeudi 17 avril 2014   à 17 : 26 : 07

Mukuri jewe nitegereje neza vraiment Abarundi baracakora ki Diplomatie kuko inyifato y’Abo bagabo ntakuntu bokabaye bakiri k’ubutaka BW’UBURUNDI,Barazogenda babivugire mu Rwanda,maze bibonereko,uraz’amakosa ANyanga Onanga yakoze muri Leta ya Laurent B. muri COT.yakoreshej’amatora igihugu kiri partage en Deux ;ubu yasiz’atambagaj’Ubutegetsi none nguyo agomb’atembagaz’ubw’IBURUNDI nacire birarura,Ahubwo nagende tutaraja mu Babarabara kumwiyamiriza kandi sikera .



Par mwenegihugu   ce  jeudi 17 avril 2014   à 20 : 48 : 50

Umuntu wese (canke umurwi/ishirahamwe) afashe ingendo ihungabanya igihugu, nti akwiriye kukigumamwo yidegemvya, abandanya gutoba. Amashirahamwe (kavukire co kimwe na mpuza-makungu) aba yuzuyemwo abantu bafise se-buja mukuru bakorera atari umwenegihugu. Lero, kwirukana uyo muntu, hamwe leta yoba izi neza ko ibesherwa, vyoba ah’ubwo vyari vyaratevye ! Erega aho ariho hose kw’isi, "Ubugabo burihaabwa" kandi kwikukira ni igikorwa ca minsi yose.



Par Nyankawinemera Bonheur   ce  vendredi 18 avril 2014   à 09 : 48 : 13

Uwubunabunda abonwa n’uwuhagaze ! icatumye atanga urwandiko mu mpisho kandi rwerekeye igihugu akoreramwo atabanje kurushikiriza leta y’u Burundi, vyerekana ko yiyokeje ikintu. Kubona rero agiye, ntakibazo kirimwo abakora nka birya yahora akora ni benshi muri ONU, azosubirizwa ntamutsi wica ibere.
Hanyuma barabonye ko abarundibafise hospitalité idasanzwe cane cane mukwitaho no kubaha abanyamahanga, ubona ko ako gatima k’ubuntu abarundi bakigafise ! None ukwihangana ko ntigufise aho kugera ? ntawoshavura ngo hirukanwe umukozi wa ONU, hamwe vyogaragara ko yabeshe n’ico nti coba ari igihano nawe nyene yokurikiranwa ga n’ubutabera mpuzamakungu !



Par nsengiyumva   ce  vendredi 18 avril 2014   à 10 : 15 : 45

N’ukuri,nta muntu n’umwe,arigera yemera ico yakoze kibi, kiretse uwashitse mu nzira y’umusalaba, yiyumvira gukiza ubugingo bwiwe umuriro.Rero uworonka n’umwe,aramutwereka azoba akoze,mbega leta ivuga ngo iriko irakura ibigwanisho mu gihugu ntiyosubira kubitanga, yarizi ibiriyo kuburyo yomenya ibisigayeyo ?hatanzwe ibindi ho bobimenya bate ?hagarika kwigirira nabi ;ahubwo saba ababishoboye batugirire amatohoza, kuko twebwe turacari aba 1 muri montage,haraho bovyegeka kubandi.Imana niyumwe ugusenga kwabera, nayo urindiriye ukuri kumunyakibi,azorindira acoke.



Par nsengiyumva   ce  vendredi 18 avril 2014   à 10 : 25 : 04

N’ukuri,nta muntu n’umwe,arigera yemera ico yakoze kibi, kiretse uwashitse mu nzira y’umusalaba, yiyumvira gukiza ubugingo bwiwe umuriro.Rero uworonka n’umwe,aramutwereka azoba akoze,mbega leta ivuga ngo iriko irakura ibigwanisho mu gihugu ntiyosubira kubitanga, yarizi ibiriyo kuburyo yomenya ibisigayeyo ?hatanzwe ibindi ho bobimenya bate ?hagarika kwigirira nabi ;ahubwo saba ababishoboye batugirire amatohoza, kuko twebwe turacari aba 1 muri montage,haraho bovyegeka kubandi.Imana niyumve ugusenga kwabera, nayo urindiriye ukuri kumunyakibi,azorindira acoke.



Par Rudakangwa Jonas   ce  vendredi 18 avril 2014   à 18 : 49 : 33

Ni kweli wachochezi wanazidi kuongezeka kiasi kwamba hawasinzii kamwe huku wakipangilia kulisaliti taifa la burundi ambalo limemaliza miaka kadha wa kadha katika mgogoro uliosababisha vifo vya watu wengi.
Je ! ukweli upi yule anao kachero isipokua tetesi za watu ambao wanakaa katika maabara ya uongo na kuelewesha watu kuwa kuna silaha zinazopewa vijana wa chama tawala na kutumwa moja kwa moja katika umoja wa kimataifa ofisi ya B ! Ninao ukweli kwamba anavyo timuliwa sio heshima kwawe wala kwa wale waliomuamini na kumpa majukumu kama yale hata kama yamemshinda .
Warundi wanajua kuwa walikotoka ni mbali na pabaya kiasi kwamba hawana nia ya kuingia vitani tena ! Mengi yatasemwa ila hio homa ya kikura itaisha tu ! Mbona tetesi huvuma sehemu zozote na baadhi ya raia kutapakaza habari zisizo na msingi , eti sehemu fulani vyombo vya kivita katolewa ? Ila kinacho shangaza sasa : wanasema huenda , ama kwa upande mwingine tumesikia tetesi kuwa, na hawajasema kamwe sisi tumemfumania fulani akitoa silaha kwa mtu fulani maana washuhudie wanavyosema ? Tujiepushe na uongo Jameni kwani mbio za sakafuni huishia ukingoni.



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message



Dans la même rubrique
a

La demande d’Agathon Rwasa rejetée



a

Politique : PISC et CAPES+ rejettent les conclusions du 5ème round du dialogue inter burundais



a

Une vingtaine d’ONGES au Burundi « se sont déjà repliées » !



a

Benjamin Mkapa renvoie la balle au médiateur Museveni



a

Arusha : Ouverture solennelle du dialogue à l’absence du gouvernement



a

Médias : « Plus très suivi , plus très monitoré », selon le CNC



a

« Dialogue » ou « Monologue » ?



a

Partenaires techniques et financiers du Burundi réclament des clarifications sur la loi régissant les ONGE !



a

Certains invités au 5ème round du dialogue inter burundais affichent un recul



a

La province Gitega décide d’enlever les pancartes de Nyambeho controversées





Les plus populaires
La demande d’Agathon Rwasa rejetée,(popularité : 10 %)

Politique : PISC et CAPES+ rejettent les conclusions du 5ème round du dialogue inter burundais,(popularité : 7 %)

L’uprona, aile de la réhabilitation, soutient l’appel à la grève lancé par la société civile sur la vie chère,(popularité : 6 %)

Benjamin Mkapa renvoie la balle au médiateur Museveni,(popularité : 4 %)

Médias : « Plus très suivi , plus très monitoré », selon le CNC,(popularité : 3 %)

Muyinga : La Tanzanie et le Burundi clarifient leurs frontières ,(popularité : 3 %)

Une vingtaine d’ONGES au Burundi « se sont déjà repliées » ! ,(popularité : 3 %)

Les bashingantahe de l’UPRONA jugent inutile la tenue des congrès provinciaux ,(popularité : 3 %)

Corruption, protection des droits humains : défis qui menacent le Burundi selon Pamela J. Slutz,(popularité : 3 %)

ONU : Soutenons ce pays en exigeant encore,(popularité : 3 %)