Gira ico ushikirije, 23 rusama 2014




Par: Isanganiro , dimanche 25 mai 2014  à 08 : 02 : 39
a



Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

288 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Rose Hakizimana   ce  lundi 26 mai 2014   à 23 : 51 : 23

nagira mbaze ,amaradiyo n ibimenyesha makuru,ico mukoresha ibi vyiyumviro twama tubashikiriza mu kwandika kuko tutashoboye gutelefona,kubera tutahuje amasaha, nabasaba ko mwogira kurya kw abanyarwanda mu kiganiro imvo n imvano
mbabarira ndibutse ko iki kiganiro abo hanze bakivugirako mugabo nko muri canada haba ari mw ijoro turonderere ikndi coba nka sa munanini yo hiyo muzoba mukoze



Par Rose Hakizimana   ce  mardi 27 mai 2014   à 00 : 38 : 57

ni murondere amashami y izo radiyo zanyu mu makungu kugira abarundi bari hanze y Igihugu bashobore kutanga ivyiyumviro vyabo , Tel yanje ndi kuri 001 647 767 6734 muzoba mukoze ni mwaduha inyishu
hamwe mwoduha umwanya wo ku w Imana, natwe tugaterera ivyiyumviro bishobora kugira ico bimarira Igihugu cacu



Par Kabura Haruna   ce  jeudi 5 juin 2014   à 12 : 47 : 25

Mumbabarire abo kw’Isanganiro.Narondeye aho nshikiriza ivyiyumviro vyanje kuri ca kiganiro mwise UMUGANDA WACU co k’umusi wagatanu,ndahabuze.Ibi nanditse nagomba kovyoja muri ico kiganiro mwise UMUGANDA WACU.Umuganda wacu ariwo wanje n’ibabazo ahanini mbaza umukuru w’igihugu Nkurunziza Petero hama nce ndakibaza uwurongoye CENI(umugwi ujejwe amatora)P.Claver Ndayicariye.Kuri Prezida Nkurunziza,muri Demokratie ntamacenga abamwo,ikibazo co kwitoza muri 2015 kirakureba ntikireba umugambwe wawe canke Sentare ijejwe ibwirizwa shingiro canke ngo CENI nkuko wama wishura abanyamakuru b’i Burundi n’abo hanze nka TV5,...Naho ukunze kuvuga ngo ucishuye neza ngo hari ivyo wotakaza mugufata ivyemezo mumabanga yawe !Jewe nemera ko uzotakaza inguvu mugufata ivyemezo ar’uko mandat yawe iheze !1)Twereke aho mw’ibwirizwa shingiro aho bakubuza nk’umukuru w’igihugu gutomora kubijanye nokwitoza kwiwe canke utazokwitoza utabanje kwitwaza umugambwe wawe,CENI canke Court Constitutionelle.2)Wewe nyakubahwa perezida Nkurunziza umutima nama wawe,nkahamwe umugambwe wawe wokugomwa ngo n’uwuserukire mu matora ya 2015, umutima nama wawe wumva uremye ko utaratwara ibiringo bibiri ?3)Umugambwe wawe ugutaye murudubi ubibona wowemerera ?4)Nyakubahwa,uzobaze OBAMA umukuru wa USA ati : uzitoza kandi ?Ivyarivyo vyose ntazokwishura ngo umugambwe wiwe ngo niwamugomwa ngo azitoza kandi azi neza ko atabirekuriwe n’amategeko kurenza ibiringo bibiri.Canke ntazoreka gutomora ngo hari ingingo atoba agifata akwishuye ko atazizota ubugira gatatu. Kuri Ndayicariye P. Claver umukuru wa CENI.Nyakubahwa,dushaka udutomorere hakiri kare,nkuko Ngarambe yigeze kubitomora.Dufate ko umugambwe CNDD-FDD uhisemwo ko umuntu yitwa Nkurunziza Petero yarayoboye igihugu ngo yitoze kuba umukuru w’Igihugu,dutabare udusomere amategeko yawe(ya CENI naya Constitution)ati aremerewe kwitoza canke ntiyemerewe kwitoza.Kuko ntidushaka uruhagarara ruzoba hageze mu matora(hegereje amatora).Bivuge ubu,hama abanyagihugu n’abanyapolitique babitorere umuti hakiri kare.



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message