Le patron de l’Office Burundais des Recettes...




Par: Désiré Nimubona , mardi 17 juin 2014  à 10 : 54 : 01
a

Le patron de l’Office Burundais des Recettes (OBR) Kieran Holmes vient de présenter ses adieux au pPsident de la République. Nommé en 2009, l’Irlandais avait fait augmenté les recettes, passant la date butoir pour l’indépendance économique du Burundi avec des recettes dépassant 3milles milliards par an.




Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

1090 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Rose Hakizimana   ce  dimanche 13 juillet 2014   à 17 : 34 : 08

HANYUMA BAKAJA NGAHO BAKARIRIMBA NGO BARIKUKIYE,ICO MBAZA MBEGA KO NZI KUVA ABABILIGI BAGIYE ,ABARUNDI BACIYE BAFATA IBINTU VYOSE MU MINWE,KO ATAMUZUNGU YASUBIYE KUBA MU NZEGO ZA LETA MBEGA UWO MUZUNGU YAJE GUTE, HARI HABUZE UBISHOBORA ZA NCABWENGE ZOSE ZAROYEHE KO NZI TUFISE ABA DOCTEUR ECONOMISTE, TUFISE ABADOCTEUT MUZINDI DOMAINE NABAHEJEJE KAMINUZA BENSHI UBWO TURACAZA KUTIRA ABARONGOZI



Par mbuye@hotmail.com   ce  mercredi 1er octobre 2014   à 19 : 03 : 13

Naho ari umunyaburaya, yarananiwe gutumbereza OBR ngo ikore ikurikije amategeko ariho no kwubahiriza uburenganzira bwabantu n’ubuzima bwo kwiberaho mw’ibanga.

None nawe mbwira :

- Gusanga umunyagihugu mumurima umusaba ngo arihe ikori kitwo yimbuye ashaka kujena iwe gufungura nu kugaburira abana ! Mbega abobana bo baraye bariye ntivyobaye inyungu nini kugihugu ? Igikuru n’ukuzovyuka ejo uja kubatabariza imahanga ngo bagufashe kubagaburira barishwe n’inzara kandi wabatwaye utwo bari kuririra bakavyuka amahoro n’amagara meza ?

-Wumva bihesha agaciro abakozi ba OBR bitora bakaja kumena amazu bene urugo batariho ngo bariko barahiga ibidandazwa binyegejwe mumazu, ivyo birakurikiza amategeko ? None gutwara utw’umuntu wamenye inzu yiwe atahari hari aho binyuraniye nivyabamwe ba rusavya amazu bahora kera bita GATARINA ?

- Kurihisha amakori kubidandazwa ata gitansi uhaye uwo mudandaza ho, wumva bikurikije amategeko, ayo mahera aba atanzwe wumva aja gutenza imbere igihugu cawe, wumva ija kukwubakira ry barabara, rya vuriro, rya shuri, kukuzanira yamazi yarusengo ?

- Kuduza ibiciro bidakurikije amategeko, ivyo wumva arivyo ? Urazi ko abo banyagihugu uba uriko urafata gutryo ahubwo mubisanzwe uba aribo uriko urakorera kugira ngo ayo mahera ubatoza azokoreshwe mukuzana iterambere rishobora gutuma ibikorwa vyabo bibazanira inyungu kurushiriza ! None wewe wibaza ko umuti ari ukubahomvya ? Mbega urizi yuko yuko uwo mudandaza iyo yungutse nawe ushobora kuhungukira ? Kumbure ateye imbere yazohereza akazi umwana wawe arangije ashuri, none ico conyene nticoguhimbera ?

Uwomuzungu yananiwe gutumbereza OBR ngo ikorere kandi ikorane n’abanyagihugu neza, none umurundi niwe yobishobora kumurusha ? Nawe noneho yabonye ko yananiwe, aravuyemwo. Ahubwo yari yaratevye !



Par mbuye@hotmail.com   ce  mercredi 1er octobre 2014   à 19 : 10 : 17

Kuba ari umunyamahanga arongoye OBR ntibivuga yuko uburundi bwatswe agateka ko kwikukira. OBR ushatse woyihereza abikorera ivyabo ikaba privé. Umukuru wa OBR aratandukanye n’umukuru w’igihugu, canke umukuru w’inama nkenguza mateka, canke umukuru w’intwazangabo.



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message



Dans la même rubrique
a

Karusi : Fermer à deux cadenas les stocks d’engrais, une stratégie de lutte contre la fraude



a

Burundi : Le ministère de l’éducation donne une note minimale pour l’enseignement post fondamental



a

Des burundais empêchés de rentrer du camps Mahama



a

L’achat à domicile du café, cause de l’emprisonnement de l’ administrateur de Busiga



a

Burundi:Burundi : 11 associations et organisations de la société civile blanchies



a

Bubanza : Une personne morte dans des conditions élucidées à Musigati



a

Bubanza : Un montant de plus 40 millions Fbu du collectif CAPRIMU détourné



a

Mwaro : Plus d’une vingtaine de personnes arrêtées dans province Mwaro



a

MUTIMBUZI : Deux personnes dont un vice président du conseil communal battues par les jeunes des comités mixtes de sécurité



a

Passation ce mercredi du concours national...





Les plus populaires
Rumonge : un détourneur des mineures arrêté,(popularité : 3 %)

Nyamoya refusé à aller à l’enterrement de sa belle mère,(popularité : 3 %)

Une jeune fille tue son nouveau-né,(popularité : 3 %)

Une personne tuée à Gisuru-Ruyigi,(popularité : 3 %)

Six militaires burundais de l’AMISOM tués, rapporte le porte-parole de la FDN,(popularité : 3 %)

Karuzi : Problème de recrutement des enseignants,(popularité : 3 %)

Des cultivateurs font le sitting devant le TBC pour indemnités,(popularité : 3 %)

Plus de 50 ménages détruits par des pluies intempestives à Buganda-Cibitoke,(popularité : 3 %)

Carence du sucre à Ruyigi,(popularité : 3 %)

Flambée des prix des denrées alimentaires,(popularité : 3 %)