Nickel de Musongati : le gouvernement sort de son silence




Par: Marc Niyonkuru, , mercredi 22 octobre 2014  à 10 : 05 : 14
a

Le porte parole du gouvernement appelle les burundais à faire preuve de patience et attendre que le jet présidentiel acheté par le gouvernement arrive au pays au lieu de parler déjà de forme de corruption que de la part de l’entreprise qui va exploiter le nickel de Musongati et d’autres minerais associés.

Au cours d’une conférence de presse de ce lundi dans la soirée à la présidence de la république, Léonidas Hatungimana a été dur envers le président de l’Olucome.

Au cours de son long démenti, Léonidas Hatungimana est revenu sur le contenu du code minier burundais de 2013 qui selon certains aurait été promulgué dans le souci de permettre à l’entreprise Burundi Mining Metallurgy International de bénéficier le permis d’exploitation des minerais de Musongati.

Il a cité des articles prouvant que le gouvernement ne s’est écarté d’aucune loi en la matière pour laisser cette entreprise exploiter le Nickel de Musongati. Cette entreprise est la même qui a investigué sur la teneur des minerais dans cette commune. « Il aurait donc été injuste de ne pas lui accorder ce permis d’exploiter car la loi le précise bien », a-t-il souligné en s’insurgeant en particulier contre la société civile qui a suivi tout le processus.

Pour lui, l’avion que le gouvernement a acheté n’est pas du tout une forme de corruption comme l’a voulu savoir l’Observatoire pour le lutte contre la corruption et les malversations économiques, mais plutôt un effort du gouvernement pour que le président se déplace convenablement pour l’honneur du pays.

« Nous vous demandons plutôt d’attendre que l’avion arrive au pays et nous vous indiquerons les personnes habilitées pour répondre à toutes les préoccupations de la population », a-t-il ajouté.

Quant au fait que le gouvernement a refusé d’être membre des pays exploitant les minerais pour que la transparence soit de mise, Léonidas Hatungimana a dit que le gouvernement a fait preuve de patience pour davantage analyser les avantages que le Burundi pourraient tirer une fois devenu membre.




Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

1074 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Rose Hakizimana   ce  mercredi 22 octobre 2014   à 16 : 43 : 47

ICO SIGIYUMA CUMVIKANA CUKO YACA ARIWE AHABWA GUCUKURA NICKEL HARI GUHAMAGAGWA AYANDI MA MACOMPAGNIE YI BINDI BIHUGU BAGAHIGANWA MU BURYA BWOKWO UBURUNDI BWUNGUKA BUKAVA MU BUKENE NI NKIRYA ASSOCIATION YI MIPIRA TWUMVISE NGO NIYO IZOCUKURA NICKERE YA NYABIKERE EMWE TWARINJIRANYWE UBWO NTIBOHEBA BAKAGIRA ISONI KWUMVA ABIMIPIRA MURI NICKEL
IVYARIVYO VYOSE NTIBIHENDE IVYO NTAMURUNDI AZOVYEMERA KUKO UBURUNDI SI TONGO BAGUZE



Par Stan Siyomana   ce  jeudi 23 octobre 2014   à 08 : 18 : 45

@Rose Hakizimana
1. Les companies entreprennent des recherches geologiques après avoir bien etudie le code minier (et d’autres lois sur les investissements) d’un pays, et elles esperent profiter du fruit de leur labeur. Elles ne vont pas tout simplement tout remettre a l’Etat burundais (quand lui-meme il a ete incapable d’acceder a ce minerai pendant plus de quarante ans).
2. Si l’on s’en tient au Code minier, le Porte-parole du Gouvernement a raison.
Article 59 : Le droit d’exploiter des substances minerals soumises au regime des mines a l’interieur du perimeter d’un permis de recherché est octroye :
a) au titulaire d’un permis de recherché dans les conditions précises a l’article 68....
Article 60 : L’exploitation rationnelle des ressources minieres implique notamment :
a)Une meilleure connaissance du gisement dans le perimetre d’exploitation ;
b) La protection du gisement contre la degradation et les pertes ;
c) L’adoption des methodes d’exploitation permettant la recuperation integrale des substances minerals continues dans le gisement...
Article 63 : L’octroi d’un permis d’exploitation industrielle DONNE LIEU A L’ATTRIBUTION A L’ETAT D’AU MOINS DIX POUR CENT (10%) des parts ou actions d’apport de la societe d’exploitation.
(Voir "Loi No.1/21 du 15 octobre 2013 portant Code minier du Burundi", www.presidence.bi, 25/10/2013.
3. D’autres codes miniers au Ghana, Kenya RD Congo (a Kibali Gold Mine en Province Orientale) exigent le meme "free carry" de 10%.
4. En plus des 10% de participation gratuite/free carry, l’Etat peut augmenter sa participation S’IL EST PRET A CONTRIBUER DES MILLIONS DE DOLLARS AU CAPITAL DE LA COMPAGNIE MINIERE. L’Etat burundais va percevoir des taxes et des citoyens burundais vont trouver de l’emploi.
Merci.



Par weah Mzalendo   ce  jeudi 23 octobre 2014   à 14 : 59 : 57

Ahubwo nayo mafranga ya propagande ngo biyongere ibiringo nibayakure aho nyene bareke kwambura ibitaro canke utwo abanyagihugu bafungura. None itongo ry’amahera ntibaribonye ?
Twese turazi ko amategeko yose yahinduwe kugira biyorohereze kanatsinda abayahindura (Edouard Nduwimana) canke n’abandi barabizobereyemwo.Abayatora nabo barahari. Ikibabaje ni uko bashiraho ayatajanye n’ibihe vya demokarasi hanyuma igihe batazoba bagitwara bizogora abarundi gusubira ku ntango iyo bataye ico gihugu.
Amategeko yose yahinduwe ngo yonone iterambere, agateka ka muntu mbere yononere na demokarasi mugabo afashe ubutegetsi n’umugambwe wabwo gucinyiza abarundi. Nico gituma ubu hari gutanako amajambo atakwunvikana kuko sosiyete sivili ibamenera akabanga nayo abanyagihugu bakina umupira na peresida bikaba bikwiye kumutora. Canke akabutma imbonerakure narirya bakarisha ubwenge i Kiliba Ondesi.



Par Apollinaire N.   ce  vendredi 24 octobre 2014   à 00 : 29 : 06

UWUSHAKA KUMENYA IYO AMATUNGO YA LETA AJA ADASAZE, ARAPFUYE !!!!SI ITERABWOBA, NI INFORMATION...



Par Rose Hakizimana   ce  vendredi 24 octobre 2014   à 22 : 23 : 21

MUSHINGANTAHE SIYOMANA UMPAYE ARTICLE NYINSHI ZINYEMEZA KO IVYO GUCUKURA UBUTARE BWA NICKEL BIZOBA BICIYE MU KURI NONE NDAKUBAJEJE KO TUZI MU BURUNDI HARI INCABWENGE HAKABA NABIZE IVYA GEOLOGIE ET MINE BOBA BARABAJIJWE,NONE KO TUZI UBUHINGA PRESIDENT YIZE KWARI UKWINONORA IMITSI KO UTATUBWIRA EQUIPE YA BARUNDI YASHIZE MUKWIGA IRYO CUKUGWA RYA NICKEL YA MUSONGATI
IYO MU NYABIKERE YO AMATWI ADUSUMIRA NGO IZOCUKUGWA NA ASSOCIATION YI MIPIRA NOKUBWIRA KO HARIMWO EGOISME YABO BATEGETSI BASHAKA KWIGUNGIRAKO IVYI GIHUGU,ARIKO NOKUMENYESHA KO NAHO UBUNA ABARUNDI BATEKEREJE NTIWIBAZE KO BAZOVYEMERA,URIKO URABIRABA WOMENGA BATEGURA INGWNO



Par Stan Siyomana   ce  samedi 25 octobre 2014   à 10 : 45 : 31

@Rose Hakizimana
1. Sindi I Burundi kandi sinigeze ndaharangurira imirimo, mugabo en general niyumvira ko Leta y’Uburundi yarinze ishiraho Ministere des Mines na Direction de Geologie et Mines kugira igishe inama izo nchabwenge zirimwo n’abize geologie et mines mugihe co gutegura amategeko ari muri Code minier no gushirako umukono ku masezerano yo gushakashaka no kwimba ubwo butare.
2. Mugabo kuja muri negociation uhangana n’abo banyamahanga bafise experience mu bihugu vyinshi ntivyoroshe nawe utashoboye gukora henshi ngo ubone inzira ihuma n’iyidahuma.
2. Nanje vyaranteye agahinda kumva ko ubwo butunzi bw’IGIHUGU CA MWEZI GISABO bugiye kuja mu minwe y’abari muri vya sport, kandi aho hakurya muri Kabanga muri Tanzania nickel yaho igiye gucukurwa na compagnie miniere rutura yitwa Glencore.
(Voir "Kabanga nickel project to open soon", http://m.dailynews.co.tz, 10 ? January 2014).
3. Ku bazi icongereza bipfuza kumenya ingene igihugu nka Afrika y’Epfo yamenyereye ivyo gucukura ubutare ivyifatamwo, boshobora gukurikirana ingene code minier nshasha iriko irashirwaho muri Afrika y’Epfo(aho bateganije ko Leta yaho izoronka automatiquement/gratuitement 20% muri ivyo bikorwa vyo kwimba ubutare.
(Voir Republic of South Africa : "Mineral and petroleum resources development amendment bill", http://jutalaw.co.za).
Murakoze.



Par Stan Siyomana   ce  samedi 25 octobre 2014   à 11 : 16 : 54

@Rose Hakizimana
Nari nibagiye kuvuga ko muri ibi bihe turimwo Leta y’Uburundi bishobora kuyigora kugira ngo ironke abaza kwimba ubwo butare bwa nickel :

1. Uravye igiciro ca nickel ku masoko mpuzamakungu muri iyi myaka 25 iheze, catanguriye ku madolari 8 kuri livre (=450 grammes) muri 1989, carageze aho gishikira amadolari 23 muri za 2008, UBU CARASUBIYE KUMANUKA KIRI KURI ZA DOLARI 8 CATANGURIYEKO.
(Voir "Historical nickel prices and price chart", www.infomine.com).
2. Ubushinwa buragura cane ubutare bw’ibihugu vya Afrika. Abahinga b’iy’ubutunzi bavuga ko economie chinoise igiye kugira ingorane muri secteur financier n’ahandi, BIZOTUMA LERO IGICIRO C’UBUTARE GISHOBORA KUMANUKA, companies minieres ntizibe zikibona impamvu nyishi (gains financiers) zo kwimba ubutare.
(Voir Judith Tyson et al., 2014 : "Development countries and the slowdown in china. Shockwatch Bulletin, Working Paper 404, www.Odi.org).
ODI = Overseas Development Institute.
Merci.



Par Rose Hakizimana   ce  samedi 25 octobre 2014   à 14 : 20 : 55

MBEGA HO IYO 10/00 YO MURIRYO TEGEKO YASHIZWEHO NANDE BOBA ARI ABASHINGAMATEKA BIKI GIHE TUZI KO 80/00 ARI ABA CNDD FDD
IKINDI WAMPAYE AKARORERO KA CONGO NIWABA URI UMURUNDI AKUNDA IGIHUGU AHO NTUBABAZWA NITUNGA RYOKIZA ABABTU 5 CANKE10 ABANDI BAKABA ABASEZI
NOGUSABA NIWABA WEGEREYE UBUTEGETSI UBABARIRE BITONDERE ICO KIBAZO KUGIRA AHO GUKIZA ABARUNDI NTIKIBARYANISHE



Par Rose Hakizimana   ce  samedi 25 octobre 2014   à 14 : 21 : 20

MBEGA HO IYO 10/00 YO MURIRYO TEGEKO YASHIZWEHO NANDE BOBA ARI ABASHINGAMATEKA BIKI GIHE TUZI KO 80/00 ARI ABA CNDD FDD
IKINDI WAMPAYE AKARORERO KA CONGO NIWABA URI UMURUNDI AKUNDA IGIHUGU AHO NTUBABAZWA NITUNGA RYOKIZA ABABTU 5 CANKE10 ABANDI BAKABA ABASEZI
NOGUSABA NIWABA WEGEREYE UBUTEGETSI UBABARIRE BITONDERE ICO KIBAZO KUGIRA AHO GUKIZA ABARUNDI NTIKIBARYANISHE



Par Stan Siyomana   ce  samedi 25 octobre 2014   à 22 : 17 : 09

@Rose Hakizimana
1. Jewe ku ntererano yanje yo guteza imbere Uburundi aho niho ngeza. Navuye I Burundi muri 1971 (ngiye kwiga geologie muri Universite Patrice Lumumba, Moscou), narakoze muri service geologique ya Tanzania (exploration) kandi ndasubira kwiga muri Amerika (geologie na finance). Kuva 1977 sindigera nkoresha passeport ya Leta y’Uburundi, nta batwara Uburundi tuzinanyi kandi nta matora y’Uburundi nigeze ngira uwo nshigikiye. Mugabo narigeze kuza kuraba umuryango i Burundi muri 2006.
Ivya industrie miniere nabivuyemwo kera, nizeye ko systeme ya speculation sur les mouvements des devises maze imyaka n’imyaka ndondera ubu imeze nk’iyigiye gukora neza.
Mugabo je m’interesse aux problemes de developpement du Burundi (dont le secteur minier).
2.Imbere y’uko abantu biyamiriza ingingo yose ifashwe na Leta y’ubu y’i Burundi, abantu bogerageza gukurikirana modeles z’ibindi bihugu vyamenyereye ivyo gucukura ubutare (kugira ngo uretse na corruption n’izindi ngorane ziri I Burundi, bagerageze kubona n’ingorane ziri mw’isi yose zoba zihanze abo barongoye Uburundi).
(Voir 1. Maytaal Angel and Silvia Antonioli : "Chile to streamline mine permit process", www.mineweb.com, 23 October 2014 ;
2. Esmarie Swanepoel :"Mining companies Down Under being forced to call in administrators, shed jobs as commodity prices decline", www.miningweekly.com, 24 October 2014).
Merci.



Par Rose Hakizimana   ce  dimanche 26 octobre 2014   à 00 : 58 : 46

WAKOZE CANE NISHUYE NTASOMYE INSIGURO WAMPAYE NDAGUSHIMIYE CANE NABONYE KO UBISIGURA NEZA,ARIKO NASHAKA NGERERANYE IBIHE

KERA TUKIRI ABANA MU MYAKA 1940,1950 HARI INKA NYISHI UMWIGEME CANKE UMUGORE NTIBARI BAREKURIWE GUKAMA BARAKAMISHA URUGO RWAVYAYE ABAKOBWA SE AKABA ATAKIRIHO BAHAGARA UMUKAMVYI
BAKAMUHEMBA CANKE BAKAMUSHIMIRA,
NGERERANIJENA NICKEL TWAHAMAGAYE UWIMBA NICKEL NONE ACA ABA NYENEYO NAGIRA TUMUHA POURCENTAGE NKA 40/00 CANKE 50/00 IZISIGAYE ZIKABA IZA LETA NA BARUNDI BABISHOBYE BAGASHIRAMWO IMITAHE



Par Rose Hakizimana   ce  dimanche 26 octobre 2014   à 00 : 59 : 16

WAKOZE CANE NISHUYE NTASOMYE INSIGURO WAMPAYE NDAGUSHIMIYE CANE NABONYE KO UBISIGURA NEZA,ARIKO NASHAKA NGERERANYE IBIHE

KERA TUKIRI ABANA MU MYAKA 1940,1950 HARI INKA NYISHI UMWIGEME CANKE UMUGORE NTIBARI BAREKURIWE GUKAMA BARAKAMISHA URUGO RWAVYAYE ABAKOBWA SE AKABA ATAKIRIHO BAHAGARA UMUKAMVYI
BAKAMUHEMBA CANKE BAKAMUSHIMIRA,
NGERERANIJENA NICKEL TWAHAMAGAYE UWIMBA NICKEL NONE ACA ABA NYENEYO NAGIRA TUMUHA POURCENTAGE NKA 40/00 CANKE 50/00 IZISIGAYE ZIKABA IZA LETA NA BARUNDI BABISHOBYE BAGASHIRAMWO IMITAHE



Par Rose Hakizimana   ce  dimanche 26 octobre 2014   à 00 : 59 : 47

WAKOZE CANE NISHUYE NTASOMYE INSIGURO WAMPAYE NDAGUSHIMIYE CANE NABONYE KO UBISIGURA NEZA,ARIKO NASHAKA NGERERANYE IBIHE

KERA TUKIRI ABANA MU MYAKA 1940,1950 HARI INKA NYISHI UMWIGEME CANKE UMUGORE NTIBARI BAREKURIWE GUKAMA BARAKAMISHA URUGO RWAVYAYE ABAKOBWA SE AKABA ATAKIRIHO BAHAGARA UMUKAMVYI
BAKAMUHEMBA CANKE BAKAMUSHIMIRA,
NGERERANIJENA NICKEL TWAHAMAGAYE UWIMBA NICKEL NONE ACA ABA NYENEYO NAGIRA TUMUHA POURCENTAGE NKA 40/00 CANKE 50/00 IZISIGAYE ZIKABA IZA LETA NA BARUNDI BABISHOBYE BAGASHIRAMWO IMITAHE



Par Rose Hakizimana   ce  dimanche 26 octobre 2014   à 01 : 00 : 35

WAKOZE CANE NISHUYE NTASOMYE INSIGURO WAMPAYE NDAGUSHIMIYE CANE NABONYE KO UBISIGURA NEZA,ARIKO NASHAKA NGERERANYE IBIHE

KERA TUKIRI ABANA MU MYAKA 1940,1950 HARI INKA NYISHI UMWIGEME CANKE UMUGORE NTIBARI BAREKURIWE GUKAMA BARAKAMISHA URUGO RWAVYAYE ABAKOBWA SE AKABA ATAKIRIHO BAHAGARA UMUKAMVYI
BAKAMUHEMBA CANKE BAKAMUSHIMIRA,
NGERERANIJENA NICKEL TWAHAMAGAYE UWIMBA NICKEL NONE ACA ABA NYENEYO NAGIRA TUMUHA POURCENTAGE NKA 40/00 CANKE 50/00 IZISIGAYE ZIKABA IZA LETA NA BARUNDI BABISHOBYE BAGASHIRAMWO IMITAHE



Par Rose Hakizimana   ce  dimanche 26 octobre 2014   à 01 : 06 : 27

WAKOZE CANE NISHUYE NTASOMYE INSIGURO WAMPAYE NDAGUSHIMIYE CANE NABONYE KO UBISIGURA NEZA,ARIKO NASHAKA NGERERANYE IBIHE

KERA TUKIRI ABANA MU MYAKA 1940,1950 HARI INKA NYISHI UMWIGEME CANKE UMUGORE NTIBARI BAREKURIWE GUKAMA BARAKAMISHA URUGO RWAVYAYE ABAKOBWA SE AKABA ATAKIRIHO BAHAGARA UMUKAMVYI
BAKAMUHEMBA CANKE BAKAMUSHIMIRA,
NGERERANIJENA NICKEL TWAHAMAGAYE UWIMBA NICKEL NONE ACA ABA NYENEYO NAGIRA TUMUHA POURCENTAGE NKA 40/00 CANKE 50/00 IZISIGAYE ZIKABA IZA LETA NA BARUNDI BABISHOBYE BAGASHIRAMWO IMITAHE



Par Stan Siyomana   ce  dimanche 26 octobre 2014   à 13 : 47 : 50

@Rose Hakizimana
1. Nta barundi bariho bakwiye boronka ama miliyoni y’amadolari akenewe mu guteza imbere ivyo kwimba ubutare. Wumva ko aho bimba inzahabu bakoresha udu torches na generateur yo kurungika air mu binogo.
2. Ni kuraba ingene i Burundi hari pouvoir d’achat ntoyi,kandi hatari culture d’epargne (abantu bashira imbere gusorora muri cabaret).
Entre 2000 et 2008, le taux d’epargne etait negatif -20% du produit interieur brut (PIB) (donc les gens n’arrivaient meme pas a subvenir a leurs besoins) au Burundi, alors que la moyenne pour l’Afrique etait positive a 16,6% du PIB
(Voir Astere Girukwigomba : "Domestic resource mobilization in Africa : The case of Burundi", www.nsi.ins.ca).
3. Ushatse kuringanya na
a) Chine, Inde n’ibindi bihugu vyo muri Asia.
(Voir J. Brooks Spector : "South Africa, a developmental State ? No chance. www.dailymaverick.co.za, 25 February 2013) ;
b) Afrique du Sud.
(Voir -David Faulkner et al., July 2013 : "Achieving higher growth and employment : Policy options for South Africa",South African Reserve Bank Working Paper WP/13/03. Les pages 15 et 16 examine la question d’augmenter le taux d’epargne/increasing the level of savings.
- "South Africans not saving enough", www.sabc.co.za, 6 March 2014.
c) Kenya
(Voir Geoffrey Irungu : "Kenya faces an uphill task in bid for 7 percent growth", http://mobile.nation.co.ke, 24 April 2014).
Merci.



Par Rose Hakizimana   ce  lundi 27 octobre 2014   à 12 : 05 : 47

STAN SIYOMANA
MWARAMUTSE,NAGIRA MVUGE KUVYEREKEYE UBUKENE, NIBAZA KO ATAWUVUKA ATAUNZE CANKE ARI MUKENE,UBUKENE BWA CANE NITWE TUBUTERA
IMANA IDUHA UBWENGE NGO TUBUKORESHE,IYO TUBUKORESHEJE NABI KENSHI ICO TWASHAKA GUSHIKAKO HARAHO KITUNANIRA

UBURUNDI NTIBUKENYE BUBUZE ABATWARE BAKUNDA IGIHUGU,BAZA AMAFRANKA AVA MUNZAHABU ,BAZA IYO IMITAHE YA LETA YI KIVUKO CU BURUNDI AHO YAGIYE,BAZA AMAFRANKA YAGURISHIJWE INDEGE FARCON 50 ICO YAKOZE,BAZA AMAFRANKA YA AMSOM ICO AKORA,BAZA
IGITUMA BOGURA INDEGE MURIKI GIHE BAFISE PROJET YA NICKEL
KANDI BARIKO BITEGURIRA AMATORA IVYO VYOSE BIREREKANA ITUNGANYWA RIBI RYI TUNGA RYI GIHUGU
BITUNGANIJWE NEZA LETA YORONKA IMITAHE MU KWIMBA NICKEL,
NAHO NIBABA BARAYIGAVYE NGO BARONKE INYUNGU ZABO NIBABITUBARIRE



Par Stan Siyomana   ce  lundi 27 octobre 2014   à 22 : 40 : 36

@Rose Hakizimana : "Bitunganije neza Leta yoronka imitahe mu kwimba nickel".
1. Ubu turi mu bihe vya privatization aho Leta nka zose zo kw’isi zigerageza kuva mu bikorwa de produire quelque chose, ahumbo ho izo Leta zigasigara zitaho, zijejwe no gushiraho climat ituma ivyashara biter’imbere.
Mugabo Leta igashiraho ivya infrastructure (eau , electricite, routes, chemins de fer,...) kandi igategura abakozi babishoboye (nko mukugira reforme ya systeme d’education ijanye n’ibihe turimwo).
Nk’ubu ugerageze uringanye ivyo bigisha mu ma universite y’i Burundi hamwe na Ethiopie aho mu 2008 yashatse ko za kaminuza zakira ibice 70% vy’abanyeshule biga sciences et technologie, hanyuma muri arts na sciences humaines/arts and humanities hakajamwo gusa 30% z’abanyeshule.
(Voir : Teshome Yizengaw : "Undergraduate and graduate degree programs mix and student placement in the expanding higher education system in Ethiopia. Policy white paper prepared by Ministry of Education and Ministry of Capacity Building, Addis Ababa, Ethiopia".
2. Uti : "Uburundi ntibukenye..."
Mu vyo kurondera inzira abarundi bogira uruhara mu kuzana imitahe mu vyo gucukura ubutare (inzahabu, nickel, canke petrole na gaz (muri Tanganyika canke ikiyaya ca Rusizi)umuntu ashobora gutora icigwa mu nyene umutunzi umwe wo muri Tanzania (arongoye compagnie yo muri media yitwa IPP, ngo itunga rwiwe ryari kuri miliyoni 280 z’amadolari mu mwaka wa 2012, uno mwaka ni chairman wa Tanzania Private Sector Foundation (TPSF) yaharaniye ko aba Tanzania bashobora gushira imitahe muri industrie ya gas iriko iravuka ku nkombe na ndani mu mazi ya Ocean Indien.
(Voir : Kenan Kalagho : "Tanzanians can now take up natural gas stakes", www.busiweek.com, 25 May 2014).
3. Bavuga ko nk’uwoba ya shoboye kugura 10.000 actions za Swala Oil and Gas Tanzania Ltd atanze milioni 6 z’amashilingi mu kwezi k’umunani aho iyo compagnie yagurisha 9,6 millions d’actions (500 shillings ou 30 centimes de dollar par action) (symbole SOGTP kuri bourse ya Dar es salaam Stock exchange-DSE), ubu inyuma y’amezi abiri afise milioni 24 z’amashilingi.
(Voir Mnaku Mbani : "Swala oil and gas shares price quadruples in two months", www.businesstimes.co.tz, 17 October 2014).
Merci.



Par Rose Hakizimana   ce  mardi 28 octobre 2014   à 14 : 53 : 13

URAKOZE CANE EREGA UBUTUNZI BUKURU NUKWO TUFISE INCABWENGE ZISHOBORA KWEREKA LETA ICO YOKORA KUGIRA IGIHUGU KIVE MU NGORANE,SINANSE KO BMM ICUKURA UBWO BUTARE NANSE UKUNTU LETA ISA NIKENGERA ABO IKORERA[ ABARUNDI] KANDI HARIMWO INCABWENGE ZOYIFASHIJE MU MPANURO NO MU BIKOGWA
AKARORERO GATEYE ISONI
UMUKURU WI GIHUGU YARATEYE UMUKONO KW ITEGEKO RYI KIVUKO CA BUJUMBURA MU KUGISHIRA MU MINWE YA BIGENGA,ABASHINGAMATEKA BATARARYIGA NUYU MUSI NTANUMWE AZI ABAGIZE IYO ASSOCIATION YAHAWE IKIVUKO,NOVUGAKO ARI UGUKENGERA ABARUNDI MBERE HARIMWO UBUSUMA



Par ROSE HAKIZIMANA   ce  lundi 17 novembre 2014   à 17 : 27 : 48

narumvirijeivyo abashingantahe Bamvuginyumvira na Faustin Ndikumana bashikirije mu kiganiro abaduserukira bariko bishurana na Ministre Comme Manirakiza
Nkavuga nti ni bakurikize zirya mpanuro babahaye cane cane ko
Leta yohagarara ku mafranka yotanga kugira Nickel icukugwe
gurtyo Nickel yoguma iri mu minwe ya Leta icoba gisigaye
kwoba ukwumvikana ingene bazogabura ibivuyemwo
nsubiye kandi gusaba ko Leta yohagabira mukutagira ya makosa tumenyereye yokuha akazi incuti canke abanyamugambwe atabushobozi bafise mu bikogwa bahawe,Bohamagara ababifitiye ubushobozi,gurtyo Uburundi bwohungukira



Par Rose Hakizimana   ce  samedi 11 avril 2015   à 03 : 14 : 16

MBEGA UBUHO IVYA NICKEL BIGEZE KO TWUMVA AVYO KURONDERA ABO BICA NUKUGIRA ABANTU BAJE KUMA DOSSIER Y UBWICANYI ABO BASUMA NABO BABANDANYE BASAHURA MBE BARABIZI KO IVYO BASAHUYE VYOSE BIZOSUBIZWA MU KIGEGA C IGIHUGU NTIBIBAZE KO IGIHUGU ARI ICUMUNTU NICA BARUNDI ABARIHO NABAZOVUKA
UWIHENDA NUGIYE KU BUTEGETSI AKACA YIBAZA NGO IGIHUGU YAKIGUZE



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message



Dans la même rubrique
a

Burundi : Muyinga fait face à la pénurie du Mazout



a

Burundi : Des Etats Généraux des Assurances se retrouvent à Ngozi



a

Economie : "Le secteur minier doit être régulé"



a

Burundi : Une faible inclusion financière inquiète le RIM



a

Initiatives porteuses d’un probable redressement du secteur minier au Burundi !



a

Bubanza : Une chute des prix de certains produits vivriers, un signe de la surproduction



a

Banque pour les jeunes : un rêve ou une réalité ?



a

Gihanga : les cultivateurs du village 2 demandent la levée de la mesure de la SRDI



a

Transport : Kenya Aiways cède pour Air Tanzania à Bujumbura ?



a

Commerce : « Niet, plus d’accès au marché de Gatunguru-Karama »





Les plus populaires
Burundi : Muyinga fait face à la pénurie du Mazout ,(popularité : 7 %)

Les victimes de l’incendie appelées à contacter le réseau des institutions des micros finances ,(popularité : 6 %)

Burundi : Des Etats Généraux des Assurances se retrouvent à Ngozi ,(popularité : 4 %)

Burundi : Une faible inclusion financière inquiète le RIM,(popularité : 4 %)

L’OAG s’inscrit en faux contre le "deux poids deux mesures" sur l’IPR,(popularité : 3 %)

Kyte Rachel promet que la B.M collaborera avec le Burundi pour le développement durable ,(popularité : 3 %)

Le Burundi pourrait importer de l’internet de la Tanzanie ,(popularité : 3 %)

L’amélioration du climat des affaires, un souffle pour l’économie burundaise,(popularité : 3 %)

Kahawatu, un autre partenaire du secteur café ,(popularité : 3 %)

Barrage Jiji-Murembwe : La BAD accorde 22 millions de dollars,(popularité : 3 %)