Amakuru yo ku wa 06 ruhuhuma 2015




Par: Isanganiro , vendredi 6 février 2015  à 15 : 36 : 44
a


Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

1355 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Rose Hakizimana   ce  lundi 9 février 2015   à 20 : 08 : 29

Nagira mvuge ku bintu bibiri 1/ Mbega aho agira umubonano mu cibitoke akabanza kwirukana abamenyesha makuru nkuko umengo nakanywababo bivuga iki erega ibiraba Igihugu twese tutegerezwa kubimenya Ubwo sukugira banyegeze ukuri kuko vyabonetse neza ko Igitero ca Cibitoke cari kizwi nubwo butegetzi nyene
2] Nagira mvuge kw ijambo President Nkurunziza yavuze le 5/2/ 2015 aho yagirije societe civile amacakubiri y Ubwoko Ahubwo ngira yashatse ko tumubwira ko ariwe ayafise kuko uriko uraraba ingene ashimira CNTB kukuntu inyaga Abatutsi amazu n amatongo yabo biraboneka ko wenyene ari Umunyamacakubiri Ikindi ngira ntaco yarakwiye kunegura abandi uravye ibibi vyabaye ku ntwaro yiwe
Ariko ntakuntu yoshobora kuvuga ijambo ryiza kuko ntaho yorikura Ntawaciye imitwe akayita mu ma WC yoshobora ijambo
Ntawataye abantu mu nzuzi yovuga iritumbereye Ntawahungiweko nu mwana akaca amusogogota akongera akanywa amaraso y abatamakazi yaronka ingabirano yo gutwara neza
Iryo azi ni UKINDA UGARAMYE CANKE WUBAMYE
Ikindi azi nukutanga Utushimwe ku musi wo kwikukira akaha Umugore wiwe ngo yaratunganije neza amabanga yo mu rugo
Yongera aha umwwana wiwe ku musi wa bakozi ngo yakoze neza mw ishule Ico tutamenye nuko Imisi mikuru y Igihugu yoba kuriwe ayigereranya n umusi yibuka mariage canke anniversaire de naissance
Novuga ko ivyo gutwara vyamutaye ku wamazi ko atakindi yashoboye atari kwica kwiba kutoteza kunyaga nugukenesha abarundi Ico nomenyesha abatabibonye nukwo intwaro mbi ya Petero Nkurunziza yatumye abarundi baja hamwe kuko barabonye ko hatica ubwoko hica ubutegetegetsi bubi



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message