Amakuru yo ku wa 12 ntwarante 2015




Par: Isanganiro , vendredi 13 mars 2015  à 11 : 06 : 26
a


Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

569 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Rose Hakizimana   ce  samedi 14 mars 2015   à 00 : 00 : 01

Nagira mbaze umushikiranganji w intwaro yo hagati ikituma avuga ngo bahaye ubutahangagwa abakuru b Imigambwe nka Alexis Sinduhije na Nyangoma Leonard ngo boba bemeje ukutahana ko abo bantu tuzi ko bahunze kuko bagira bicwe niyo Ntwaro ko tuzi ko atakibi nagito kibakurikirana
Mbega ashaka kuvuga ko Nkurunziza nabo barikumwe ko bakoze ibitakogwa kuva bari mw ishamba nubu bakaba batigeze bahagarika yibaza ngo nukwo bafise ubudahangagwa ngo Ubutungane ntaco buzobabaza ntaco bitwaza ibi na biriya ni babareke baze kugira bahiganwe nabandi umutekano wabo ukingigwe ivyubutungane navyo bazoja imbere y intahe baburane kurivyo mwitwaza bitaja ntibize abo sibo bononye Igihugu



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message