Amakuru yo ku wa mbere Ndamukiza, 2015




Par: Désiré Nimubona , mercredi 1er avril 2015  à 19 : 29 : 45
a


Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

1846 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Peace   ce  vendredi 3 avril 2015   à 19 : 30 : 17

Jewe mba ngaha muri Canada. Ariko navukiye, nongera nkurira i Ngozi. Nariko ndumviriza amakuru ya RPA. BACA BAVUGA KO IMBORAKURE YITWA DATIRIMANA yi Ngozi yagirishije inama mwijoro, inyuma yi hoteli Camugani, yigisha izindi mbonerakure ko bazoca batema abatutsi igihe abantu boja mu mabarabara biyamiriza ikiringo ca gatatu ca President Nkurunziza !

Turasavye amaradiyo adutohoreze iyo nkuru. Turazi ko ata butungane buhari muri iki gihe, turazi ko president NKURUNZIZA naho ava i Ngozi atazovugira abantu bapfa, Turazi ko izo mbonerakure hariho abantu bakorana mu butegetsi, kandi atawuzozifata. twebwe rero twizeye ama radiyo na societe civile gusa. Dutabare murondere iyo nkuru muyishire ahabona, abantu bapfuye ni benshi muri ico gihugu nta bandi dushaka.
Mutubarize aba CNDD bava i Ngozi nka Député Rwemera Felix, Sendazirasa Annonciate, Gouverneur Wi Ngozi ico bariko barakora kugira ivyo bintu ntibibe, ahandi ho tuzobibabaza.



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message