Ishirahamwe STEVCO ryaronkejwe uruhusha mfatakibanza rwo kurima igiterwa stevia




Par: Isanganiro , mardi 23 juin 2015  à 11 : 45 : 13
a

Ni kuva kw’igenekerezo rya 17 Ruheshi uno mwaka iryo shirahamwe ryishinze kugwiza igiterwa stevia ryaronswa uruhusha mfatakibanza rzo gusubira kugwiza igiterwa Stevia. Umuyobozi mukuru w’Ishirahamwe STEVCO agasigura ko urwo ruhusha rw’infatakibanza rubarekurira kugwiza ico giterwa hakoreshejwe imivyaro gusa. Daniel KINIGI agatera akamo abarimyi ba Stevia bagize agahombo kwihangana ngo kuko umugambi wose w’iterambere bishika ko uhura n’ingorane.




Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

149 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message