Amagerehade 4 yatewe mu gisagara ca Bujumbura, abantu 8 bakomeretse




Par: Isanganiro , jeudi 25 juin 2015  à 16 : 13 : 09
a

Abantu bagera ku munani bakomeretse batewe gerenades n’abagizi ba nabi batamenyekanye ku musase wo kur ‘uno wa kane mu gisagara ca Bujumbura.

Ayo magerenade ane yatewe mu bibanza bitandukanye ; hafi y’ishirahamwe ryo kubitsa no kuguranana MUTEC ; kw’ishami ry’ibanki BANCOBU mu gisagara hagati no hafi ya station aho bita kwa KATIKATI.

Inyuma y’ivyo bitero ; igipolisi kikaba caciye gikora ibikorwa vyo gusaka imidokari z’abacivile mu gisagara ; kuko ngo abateye ayo magerenade ngo bari mu mamodokari yo mu bwoko bwa TI.

Iterwa ry’amagerenade ntirivugwa gusa mu gisagara ca Bujjumbura ; rikaba rimaze kuba no mu ntara za Ngozi na Kirundo.




Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

299 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message