Abbé Zébron Nzimenya : un dialogue sincère peut rassembler les Burundais


Patiri Zébron Nzimenya wo muri paruwasi Muyinga avuga ko abarundi bose ari ibiremwa vy’Imana, ko ibidutandukanya vyategerezwa kuba ubutunzi bwubaka igihugu, ngo mugihe abanyapoitique bavuga ko bose barondera inyugu z’ igihugu ngo habaye ugushaka birashoboka.



Par: Isanganiro , mercredi 26 août 2015  à 12 : 15 : 11