Abbé Zéphirin NGENDAKUMANA : , l’intérêt public doit primer sur l’intérêt individuel


Patiri Zéphirin NGENDAKUMANA wo kuri paruwasi ya Karusi ahamagarira abarundi basanzwe barwiriyemwo abakirisu kurengera inyungu zabo. Kubwuwo mukozi w’Imana, igihambaye n’uko twese turi abarundi, si imigambwe turimwo.



Par: Isanganiro , jeudi 27 août 2015  à 09 : 07 : 39