Michel BUCANGANYA : les Burundais devraient développer un esprit nationaliste


Michel BUCANGANYA, umuhumure wo kumurwa mukuru wa karuzi asaba abarundi kwama na ntaryo bashira imbere ko ari abarundi, ngo kuko indyane ni inzanyi y’amazimwe. Ahanura abakiri bato kwama bafatanye munda kugira uburundi bazorarwa buze bube ubutekanye.



Par: Isanganiro , jeudi 27 août 2015  à 09 : 14 : 40