Quatre mois de silence radio : c’est inquiétant


Inyuma yamezi ane amwe mumaradiyo namatelevision vyigenga vyo mu Burundi bidakora ; turacarindiriye ukuri kubatumye ivyo biba. Ko homenyekana umwe wese ikimwagira hanyuma ivyo bimenyeshamakuru bigasubira gukora abanyaguhugu bagasubira kuronka inkuru zitandukanye ; nico abari mumwuga wo kumenyesha amakuru basaba.



Par: Isanganiro , lundi 14 septembre 2015  à 19 : 31 : 50