Kirundi

Igipolisi cananiwe no kwirukana abanyeshure bari imbere y’inyubakwa z’ubuserukizi bwa amerika

aKu mutaga wo kur’uno wa kane nk’igihe s’isaha zitandatu aho abapolisi baja gukura ku nguvu abanyeshure ba kaminuza y’Uburundi bagera ku 600 bamaze igihe bacumbitse imbere y’ubuserukizi bwa Leta zunz’ubumwe bwa amarika. Aho hakaba hari inyuma (...)



Amagerehade 4 yatewe mu gisagara ca Bujumbura, abantu 8 bakomeretse

aAbantu bagera ku munani bakomeretse batewe gerenades n’abagizi ba nabi batamenyekanye ku musase wo kur ‘uno wa kane mu gisagara ca Bujumbura. Ayo magerenade ane yatewe mu bibanza bitandukanye ; hafi y’ishirahamwe ryo kubitsa no kuguranana MUTEC ; (...)



Umumenyeshamakuru w’iradiyo ijwi ry’amerika yaraye atewe gerenade

aHari kur’uyu wa gatatu igihe c’isaha imwe y’umugoroba igihe urugo rwa Diana NININAHAZWE umumenyeshamakuru wa Radio Bonesha n’ijwi ry’amerika rwaterwa gerenade n’abantu batamenyekanye ; turi muri quartier Jabe ya Komine Bwiza muri ya Mairie ya (...)



Abantu bane barishwe ingozi batewe igisasu ntezwaminwe

aKuri uyu wa Mungu isaha imwe n’igice yijoro mu Burengo mu gisagara ca ngozi haratewe grenade mu bunywero abantu bane baca barahasiga ubuzima, abasahika mirongo itatu nabo barakomereka harimwo cumi bababaye cane, ubu bakaba bariko bavurirwa mu (...)



AU isaba ko ibiganiro bisubira gutangura

aAkanama kajejwe umutekano mw’ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika AU karasaba ko ibiganiro vyo kurabira hamwe ingene ingorane ziri mu Burundi vyotorera umuti vyosubira gutangura. Mw’itangazo ryagiye ahabona kuri uyu wa Mungu, ako kanaba karasaba (...)







Dans la même rubrique
Igipolisi cananiwe no kwirukana abanyeshure bari imbere y’inyubakwa z’ubuserukizi bwa amerika
Amagerehade 4 yatewe mu gisagara ca Bujumbura, abantu 8 bakomeretse
Umumenyeshamakuru w’iradiyo ijwi ry’amerika yaraye atewe gerenade
Abantu bane barishwe ingozi batewe igisasu ntezwaminwe
AU isaba ko ibiganiro bisubira gutangura
Bagorikunda nta ruhusha afise rwo ugkoresha uko ashatse studio ya ABR
Amagrenade yaturikiye mu bice vya Bujumbura
Abamenyeshamakuru ba Radio Isanganiro bibuka ukwezi guheze iradiyo yabo ituriwe