Mu gihe ku wa 12 myandagaro amakungu ahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe urwaruka, uyu musi ikiganiro gishimikira kw’iterambere rw’urwaruka ufatiye kw’iyinjira ry’Uburundi mw’isoko rusangi (...)
Ikiganiro cerekeye inyingu abarundi bazokura mw’isoko rusangi rihuza ibihugu bigize ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika y’Ubuseruko. Ugurura :
Ugurura :
0 | 10 | 20 | 30 | 40 | 50 | 60 | 70 | 80 | ...
AFRICADEN - France Coopération - OXFAM NOVIB - Royaume de Belgique - Union Européenne - Coopération Suisse - SFCG Burundi BENEVOLENCIJA - International Alert - Care International - BINUB - Nos clients