Amatora mu Burundi co ku wa 23 ruhuhuma 2010
26-02-2010
Ikiganiro kidasanzwe aho abanyagihugu bishura ku bibazo, ababitoye bagahabwa agashimwe, cabereye mu ntara ya Bururi.
Ugurura :
Amatora mu Burundi co ku wa 16 ruhuhuma 2010
22-02-2010
Kino kiganiro cerekeye akamaro k’urunani rw’amaradiyo mu gihe c’amatora ; Ugururura :
Amatora mu Burundi co ku wa 09 ruhuhuma 2010
9-02-2010
Kino kiganiro cabereye ku musenyi w’ikiyaga Rweru muri komine Giteranyi intara ya Muyinga, kikaba cari cerekeye ingendo ibereye inyuma y’amatora.
Ugurura (...)
Amatora mu Burundi co ku wa 07 ruhuhuma 2010
8-02-2010
Kino kiganiro gishimikira ku bubasha n’uburenganzira bw’umutegetsi canke urwego mu gihe yoba yitoza mu matora akurikira asanzwe ajejwe amabanga y’igihugu.
Ugurura (...)
Amatora mu Burundi co ku wa 02 ruhuhuma 2010
4-02-2010
Ugurura :
|